Amahasa (impanga mu Kinyarwanda) Michelle na Lavinia Osbourne bamye bafitaniye ubucuti budasanzwe. Ariko igihe Lavinia yugurura ubutumwa muravyo (email) bwarimwo ivyavuye mu bipimo vya ADN vyakorewe ...
Inzobere mu ndimi mu Rwanda zivuga ko nubwo ikinyarwanda ari ururimi rwihagije rudakeneye gutira amagambo menshi mu ndimi z’amahanga muri iki gihe rwugarijwe no kuruvanga n’izindi hamwe n’indimi ...